Imana yaduhay' Umwana
Guhimbaza 165
Verse 1
Imana yaduhay' Umwana wayo, (3)
N'Umukiza wacu.
Ego, ego, ego, n'imbabazi (3)
N'Umukiza wacu.
Verse 2
Mariya yavyariye mu nzu y'inka
Umukiza wacu.
Verse 3
Yesu yasiz' icubahiro ciwe:
N'Umukiza wacu.
Verse 4
Yesu yaradupfiriye ku giti:
N'Umukiza wacu.
Verse 5
Yaviriy' amaraso yiwe hasi:
N'Umukiza wacu.
Verse 6
Yabambge ku giti mu kudukiza.
N'Umukiza wacu.
Verse 7
Yesu yadutey' akanyamuneza:
N'Umukiza wacu.
Verse 8
Yes' azogarukan' ubgiza bginshi:
N Umukiza wacu.