Abantu bose, mwumve nonaha

Guhimbaza 194

Verse 1
Abantu bose, mwumve nonaha: Tugomba Yesu ku mutima me, Tumukurikire, cane, cane, Twumve nez' ivy' atubgira vyose: Ivyaha vya Satani tubite: Yesu Kristo Mwami, Yesu Kristo Mwami.
Verse 2
Mwami, dusavy' ikinezero. Kiva mw ijuru ah' uvyagiye, Kandi tubonye Yesu agarutse Kurobor' abiwe bamukunda Tugomba kw azotujana natwe Yesu Krist' Umwami, Yesu Krist' Umwami.
Home Favorites
Settings