Umwana yavukiye

Guhimbaza 231

Verse 1
Umwana yavukiye Ku murwa wa Dawidi, Ni wa Mukiz' Imana Yadusezeranije.
Duhimbaz'uwo musi Yesu yavukiyeko, Tuvyamamaze hose Yuko haj' Umukiza.
Verse 2
Hariho n'abungere Babona marayika, Baratinya, na w'ati Ni mwumve, mutinyuke.
Verse 3
At' Umwam' Umukiza Yaje mw isi yaremye, Maze ntibamwimika, Bamuh' indaro mu nka.
Verse 4
Mwana yera w'Imana Turagushengereye, Tugukengurukiye Yuko watugendeye.
Home Favorites
Settings