Nshima nshima nshima nshim' Imana
Guhimbaza 24
Verse 1
Nshima nshima nshima nshim' Imana
mu mutima,
Mu mutima, Mu mutima,
Nshima nshima nshima nshim'Imana
mu mutima.
Mu mutima wanje.
Verse 2
Nta rubanza nta ruhanza nciriweko
na mba,
Mu mutima. Mu mutima,
Nta rubanza nta rubanza nciriweko
na mba,
Mu mutima wanje.
Verse 3
Mfis' amahor' arut' uko yomenywa
mu mutima,
Mu mutima. Mu mutima,
Mfis' amahor' arut' uko yomenywa mu mutima.
Mu mutima wanje.