Mana Mpwemu, n'unyemere

Guhimbaza 260

Verse 1
Mana Mpwemu, n'unyemere Kuko Yes' ari w'anganza. Nta wundi nz' atari Yesu Yam' anezereje cane.
Verse 2
Mpwemu w'ukur' undongore Mu vy'ukur' imisi yose Simve ku kwizera nyakwo, Sintenzekanye na gato.
Verse 3
Sinomeny' Iman' undetse. Sinomenya n'Umukiza: Wake mu mutima wanje Kugez' umusi wo gupfa.
Home Favorites
Settings