Amaboko yawe yagira neza
Guhimbaza 299
Verse 1
Amaboko yawe yagira neza,
Yakiz' abarwaye, MukizaYesu,
Yakikir' aban' agafash' aboro,
Amaboko yawe yagira neza.
Verse 2
AmaboIco yanje ndayaguhaye,
akoreshe Yesu, ngw agire neza:
Ni nkwigane Mwami, mbe ngukorera,
Amaboko yanje ngw agire neza.