Yes' abe hamwe nawe hose

Guhimbaza 313

Verse 1
Yes' abe hamwe nawe hose,, . Akugir' inama nziza, Ub'uwo mu busho bgiwe: Yes' abe hamwe nawe hose.
Kugez' aho tuzobonana, Aho tuzobana na Yesu, Kugez' aho wzobonana: Yes' abe hamwe nawe hose.
Verse 2
Yes' abe hamwe nawe hose, Agukingir' amarushwa, Akugaburire manu: Yes' abe hamwe nawe hose.
Verse 3
Yes' abe hamwe nawe hose, Nah'ivyagovyokuzinga, Yogukingir' ukuboko: Yes' abe hamwe nawe hose.
Verse 4
Yes' abe hamwe nawe hose, Guma mu rukundo rwiwe, Akunesherez'urupfu: Yes' abe hamwe nawe hose.
Home Favorites
Settings