Urakund' utwana twose

Guhimbaza 320

Verse 1
Urakund' utwana twose, N' aka kan'uragakunda: Ukakire kubga Krisito, Na ko yagapfiriye.
Verse 2
Abavycyi bako na bo Ubah' umugisha wawe Ubafashe kukazigama, Ubarinde bose Mana
Home Favorites
Settings